Yohani 11:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Avuga ivyo bintu, hanyuma ababwira ati: “Lazaro umugenzi wacu araruhutse, mugabo ndagiyeyo kumukangura mw’itiro+.” Ivyakozwe 7:60 Bibiliya y’isi nshasha 60 Maze arapfukama, asemerera n’ijwi rikomeye ati: “Yehova, ntubaharureko iki gicumuro+.” Ahejeje kuvuga ivyo aca arasinzira mu rupfu. 1 Abakorinto 15:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ariko noneho Kristu yarazuwe mu bapfuye+, aba umushuzo+ w’abasinziriye mu rupfu+. 2 Petero 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 bavuga+ ngo: “Ukwo kuhaba kwiwe kwasezeranywe kuri hehe+? Erega, kuva umusi ba sogokuruza bacu basinzira mu rupfu, ibintu vyose bibandanya neza na neza nko kuva mu ntango y’irema+.”
11 Avuga ivyo bintu, hanyuma ababwira ati: “Lazaro umugenzi wacu araruhutse, mugabo ndagiyeyo kumukangura mw’itiro+.”
60 Maze arapfukama, asemerera n’ijwi rikomeye ati: “Yehova, ntubaharureko iki gicumuro+.” Ahejeje kuvuga ivyo aca arasinzira mu rupfu.
4 bavuga+ ngo: “Ukwo kuhaba kwiwe kwasezeranywe kuri hehe+? Erega, kuva umusi ba sogokuruza bacu basinzira mu rupfu, ibintu vyose bibandanya neza na neza nko kuva mu ntango y’irema+.”