Zaburi 103:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nayo umuntu buntu, imisi yiwe ni nk’iy’ivyatsi bitoto+;Ashurika nka kurya kw’ishurwe ryo mw’ishamba+. Yesaya 40:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Umve! Hari uwuriko avuga ati: “Semerera+!” Uwundi avuga ati: “Nsemerere iki?” “Ibiri n’umubiri vyose ni ivyatsi bitoto, kandi ubuntu bwuzuye urukundo bwabo bwose ni nk’ishurwe ryo mu gahinga+. Yesaya 51:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Jewe—jewe ni je ndabahoza+. “Uri nde ngo utinye umuntu buntu azopfa+, n’umwana w’abantu azogirwa nk’ivyatsi bitoto+? 1 Petero 1:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko “ibiri n’umubiri vyose bimeze nk’ivyatsi, kandi ubuninahazwa bwavyo bwose bumeze nk’ishurwe ryo mu vyatsi+; ivyatsi biruma, nya shurwe na ryo rigahunguruka+,
15 Nayo umuntu buntu, imisi yiwe ni nk’iy’ivyatsi bitoto+;Ashurika nka kurya kw’ishurwe ryo mw’ishamba+.
6 Umve! Hari uwuriko avuga ati: “Semerera+!” Uwundi avuga ati: “Nsemerere iki?” “Ibiri n’umubiri vyose ni ivyatsi bitoto, kandi ubuntu bwuzuye urukundo bwabo bwose ni nk’ishurwe ryo mu gahinga+.
12 “Jewe—jewe ni je ndabahoza+. “Uri nde ngo utinye umuntu buntu azopfa+, n’umwana w’abantu azogirwa nk’ivyatsi bitoto+?
24 Kuko “ibiri n’umubiri vyose bimeze nk’ivyatsi, kandi ubuninahazwa bwavyo bwose bumeze nk’ishurwe ryo mu vyatsi+; ivyatsi biruma, nya shurwe na ryo rigahunguruka+,