ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 26:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Raba! Utwo ni udusunwa tw’inzira zayo+,

      Vyongeye, ese ingene ivyo twumva ku biyerekeye ari utwongoshwe gusa!

      Ariko umuturagaro wayo ukomeye, ni nde yokwerekana ko awutegera+?”

  • Zaburi 139:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ese rero ukuntu ivyiyumviro vyawe ari ivy’agaciro kuri jewe+!

      Ewe Mana, ese ukuntu igitigiri cavyo cose hamwe ari kinini cane+!

  • Yesaya 28:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Ibi na vyo nyene ni ivyaje biva kuri Yehova nyen’ingabo ubwiwe+, uwabaye agatangaza mu mpanuro, uwakoze ibihambaye mu gikorwa kiri n’ico kivamwo+.

  • Abaroma 11:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Ewe bwimbike bw’ubutunzi+ n’ubukerebutsi+ n’ubumenyi+ vy’Imana! Ese ukuntu imanza zayo zidaserangurika+ be n’ukuntu inzira zayo ata wushobora kuzitora!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika