Zaburi 71:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mbere no gushika mu gihe c’ubusaza n’imvi ku mutwe, ewe Mana, ntumpebe+,Gushika mbwiye iyaruka ivy’ukuboko kwawe+,Mbwiye abazoza bose ivy’ubushobozi bwawe+. Imigani 16:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Imvi ku mutwe ni urugori rw’ubwiza+ iyo ruboneka mu nzira y’ubugororotsi+. Yesaya 40:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 mugabo abizigira+ Yehova bazosubira kugira ububasha+. Bazodugisha amababa nk’inkona+. Bazokwiruka ntibarambirwe; bazogenda ntibaruhe+.” Yesaya 46:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Gushika no mu busaza bwanyu, ndi wa wundi nyene+; kandi gushika mugize imvi ku mutwe, jewe nzoguma ndabashigikiye+. Jewe nzogira ico nkoze koko+, kugira jewe ndabaterure, no kugira jewe ndabashigikire nongere ndabarokore+.
18 Mbere no gushika mu gihe c’ubusaza n’imvi ku mutwe, ewe Mana, ntumpebe+,Gushika mbwiye iyaruka ivy’ukuboko kwawe+,Mbwiye abazoza bose ivy’ubushobozi bwawe+.
31 mugabo abizigira+ Yehova bazosubira kugira ububasha+. Bazodugisha amababa nk’inkona+. Bazokwiruka ntibarambirwe; bazogenda ntibaruhe+.”
4 Gushika no mu busaza bwanyu, ndi wa wundi nyene+; kandi gushika mugize imvi ku mutwe, jewe nzoguma ndabashigikiye+. Jewe nzogira ico nkoze koko+, kugira jewe ndabaterure, no kugira jewe ndabashigikire nongere ndabarokore+.