Zaburi 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yavuze mu mutima wiwe+ ngo: “Imana yibagiye+.Yahishije mu maso hayo+.Emwe, ntizokwigera ibibona+.” Zaburi 59:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Raba! Badudubiza amajambo n’akanwa kabo+;Inkota ziri ku minwa yabo+,Kuko, ni nde yumviriza+? Ezekiyeli 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze ambwira ati: “Mbega wabonye ga mwana w’umuntu ivyo abahumure b’inzu ya Isirayeli bariko barakorera mu mwiza+, umwe wese mu vyumba vy’igishusho ciwe c’indatwa? Kuko bavuga ngo: ‘Yehova ntatubona+. Yehova yarahevye igihugu.’”
11 Yavuze mu mutima wiwe+ ngo: “Imana yibagiye+.Yahishije mu maso hayo+.Emwe, ntizokwigera ibibona+.”
12 Maze ambwira ati: “Mbega wabonye ga mwana w’umuntu ivyo abahumure b’inzu ya Isirayeli bariko barakorera mu mwiza+, umwe wese mu vyumba vy’igishusho ciwe c’indatwa? Kuko bavuga ngo: ‘Yehova ntatubona+. Yehova yarahevye igihugu.’”