Zaburi 73:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Bavuze ngo: “Imana yabimenye ite+?Kandi, mbega hari ubumenyi buri muri Musumbavyose+?” Yesaya 29:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Baragowe abagera kure cane mu guhisha inama Yehova ubwiwe+, ibikorwa vyabo bikabera ahantu h’umwiza+, bakavuga bati: “Ni nde atubona, kandi ni nde atuzi+?”
15 Baragowe abagera kure cane mu guhisha inama Yehova ubwiwe+, ibikorwa vyabo bikabera ahantu h’umwiza+, bakavuga bati: “Ni nde atubona, kandi ni nde atuzi+?”