Nehemiya 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko ndabirimbura mu mutima wanje, maze ntangura gutatira+ abanyacubahiro n’ivyegera vy’abatware, ndababwira nti: “Muriko mwaka inyungu y’umurengera+ ku ngurane, umwe wese akayaka mwene wabo.” Vyongeye, ntunganya ikoraniro rinini kubera bo+. Yohani 7:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 “None itegeko ryacu riracira umuntu urubanza ritabanje kumwumva+ ngo rimenye ivyo ariko arakora?”
7 Nuko ndabirimbura mu mutima wanje, maze ntangura gutatira+ abanyacubahiro n’ivyegera vy’abatware, ndababwira nti: “Muriko mwaka inyungu y’umurengera+ ku ngurane, umwe wese akayaka mwene wabo.” Vyongeye, ntunganya ikoraniro rinini kubera bo+.