Umusiguzi 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Niwabona mu ntara y’ubutware uguhahazwa kwa ntahonikora n’ugukurwaho kw’urubanza+ be n’ugukurwaho kw’ubugororotsi hakoreshejwe ubukazi, ntibize bikwumize+, kuko uwuri hejuru y’uwuri hejuru+ ariko aritegereza+, kandi hariho abari hejuru yabo.
8 Niwabona mu ntara y’ubutware uguhahazwa kwa ntahonikora n’ugukurwaho kw’urubanza+ be n’ugukurwaho kw’ubugororotsi hakoreshejwe ubukazi, ntibize bikwumize+, kuko uwuri hejuru y’uwuri hejuru+ ariko aritegereza+, kandi hariho abari hejuru yabo.