ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 21:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Hanyuma mwicarike imbere yiwe abagabo babiri+, abantu b’imburakimazi+, maze bashinge intahe imwagiriza+ bati: ‘Wavumye Imana n’umwami+!’ Muheze mumusohore, mumutere amabuye kugira apfe+.”

  • Zaburi 58:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Ahubwo riho, ese ingene mukorana umutima wanyu ibitagororotse vyeruye mw’isi+,

      Mugategurira inzira ubukazi bw’amaboko yanyu+!

  • Yesaya 10:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Baragowe abashinga ingingo nyobozi+ zonona be n’abanditse ivyago gusa, bakaguma bandika,

  • Daniyeli 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 nimwumva ijwi ry’inzamba, n’umwironge, n’inanga, n’inanga y’inyabutatu, n’igicurarangisho c’imirya, n’umwironge w’isaho be n’ubwoko bwose bw’ibicurarangisho+, muce mwikubita hasi, musenge igishusho c’inzahabu Nebukadinezari umwami yahagaritse.

  • Daniyeli 6:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Abategetsi bakurubakuru bose b’ubwami, abatware be n’abakuru b’intara, abakozi bakuru b’i bwami na ba buramatari, bagiye inama ngo hashingwe icagezwe c’i bwami+ no kugira ngo hashirweho umuziro, yuko mu kiringo c’imisi mirongo itatu, uwo wese azogira ico asaba iyindi mana canke uwundi muntu atari wewe ga mwami, azoce atererwa mu cobo c’intambwe+.

  • Ivyakozwe 5:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 ati: “Twarabihanikirije+ kutaguma mwigisha mwishimikije iryo zina, yamara ehe mwujuje Yeruzalemu inyigisho yanyu+, kandi mwiyemeje kuturemeka amaraso+ y’uwo muntu.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika