Zaburi 78:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Bageza Imana mu mutima wabo+Mu kwisabira ico kurya+. 1 Abakorinto 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Eka kandi ntitukageze Yehova+, nk’uko bamwe muri bo bamugejeje+, bakamarwa n’inzoka+. Abaheburayo 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 aho ba sogokuruza banyu bangezesha ikigeragezo, kandi bari barabonye ibikorwa+ vyanje mu kiringo c’imyaka mirongo ine+.
9 aho ba sogokuruza banyu bangezesha ikigeragezo, kandi bari barabonye ibikorwa+ vyanje mu kiringo c’imyaka mirongo ine+.