Gusubira mu vyagezwe 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko Yehova Imana yanyu ari Imana iruta izindi mana*+ n’Umukama w’abakama+, Imana ihambaye, y’inkomezi kandi iteye ubwoba+, itagira nkunzi ku muntu n’umwe+ canke ngo yemere igiturire+, Nehemiya 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze mvuga nti: “Ewe Yehova Mana y’amajuru, Mana ihambaye kandi iteye ubwoba+, igumya isezerano+ ku bayikunda+ kandi bakagumya amabwirizwa yayo+ ikongera ikabagirira ubuntu bwuzuye urukundo, Zaburi 76:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Wewe, urateye ubwoba+,Kandi ni nde yohagarara imbere yawe ngo arinde inkomezi z’ishavu ryawe+? Zaburi 95:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko Yehova ari Imana ihambaye+Akaba n’Umwami ahambaye hejuru y’izindi mana zose+.
17 Kuko Yehova Imana yanyu ari Imana iruta izindi mana*+ n’Umukama w’abakama+, Imana ihambaye, y’inkomezi kandi iteye ubwoba+, itagira nkunzi ku muntu n’umwe+ canke ngo yemere igiturire+,
5 Maze mvuga nti: “Ewe Yehova Mana y’amajuru, Mana ihambaye kandi iteye ubwoba+, igumya isezerano+ ku bayikunda+ kandi bakagumya amabwirizwa yayo+ ikongera ikabagirira ubuntu bwuzuye urukundo,