Kuvayo 18:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubu rero ndamenye koko yuko Yehova akomeye kuruta izindi mana zose+, kubera ivyo bintu bakoze bita imbere mu kubarwanya.” Zaburi 95:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko Yehova ari Imana ihambaye+Akaba n’Umwami ahambaye hejuru y’izindi mana zose+. Zaburi 135:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko jewe nzi neza yuko Yehova ahambaye+,Kandi ko Umukama wacu aruta izindi mana zose+. Yesaya 44:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntimugire ubwoba, kandi ntimujumararirwe+. Mbega kuva ico gihe sinabibumvishije umwumwe ukwiwe, nkabihishura+? Kandi muri ivyabona vyanje+. Hari Imana iriho atari jewe+? Oya, nta Gitandara kiriho+. Nta na kimwe namenye.’”
11 Ubu rero ndamenye koko yuko Yehova akomeye kuruta izindi mana zose+, kubera ivyo bintu bakoze bita imbere mu kubarwanya.”
3 Kuko Yehova ari Imana ihambaye+Akaba n’Umwami ahambaye hejuru y’izindi mana zose+. Zaburi 135:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko jewe nzi neza yuko Yehova ahambaye+,Kandi ko Umukama wacu aruta izindi mana zose+. Yesaya 44:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntimugire ubwoba, kandi ntimujumararirwe+. Mbega kuva ico gihe sinabibumvishije umwumwe ukwiwe, nkabihishura+? Kandi muri ivyabona vyanje+. Hari Imana iriho atari jewe+? Oya, nta Gitandara kiriho+. Nta na kimwe namenye.’”
8 Ntimugire ubwoba, kandi ntimujumararirwe+. Mbega kuva ico gihe sinabibumvishije umwumwe ukwiwe, nkabihishura+? Kandi muri ivyabona vyanje+. Hari Imana iriho atari jewe+? Oya, nta Gitandara kiriho+. Nta na kimwe namenye.’”