1 Abami 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nawe niwagendera+ imbere yanje, nk’uko Dawidi+ so yagenze, ukagendana ugutungana*+ kw’umutima be n’ukugororoka+, mu gukora wisunze ivyo nagutegetse+ vyose, ukongera ukagumya ingingo nyobozi zanje+ n’ingingo zanje z’ubutungane+, 1 Abami 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mu gihe c’ubusaza bwa Salomo+, abagore biwe bari barahengekeye+ umutima wiwe ku gukurikira izindi mana+; nuko umutima wiwe ntiwaba uwukwiye+ ku vyerekeye Yehova Imana yiwe, nk’umutima wa Dawidi se wiwe. Zaburi 78:72 Bibiliya y’isi nshasha 72 Atangura kubaragira nk’uko ugutungana kw’umutima wiwe kuri+,Atangura kubayobora akoresheje ubuhanga bw’amaboko yiwe+. Yesaya 38:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 avuga ati: “Ndagusavye, ewe Yehova, ndakwinginze wibuke+ ingene nagendeye+ imbere yawe mu kuri+, mfise umutima ukwiye+, kandi ko nakoze ivyari vyiza mu maso yawe.” Nuko Hezekiya atangura kurira cane+.
4 Nawe niwagendera+ imbere yanje, nk’uko Dawidi+ so yagenze, ukagendana ugutungana*+ kw’umutima be n’ukugororoka+, mu gukora wisunze ivyo nagutegetse+ vyose, ukongera ukagumya ingingo nyobozi zanje+ n’ingingo zanje z’ubutungane+,
4 Mu gihe c’ubusaza bwa Salomo+, abagore biwe bari barahengekeye+ umutima wiwe ku gukurikira izindi mana+; nuko umutima wiwe ntiwaba uwukwiye+ ku vyerekeye Yehova Imana yiwe, nk’umutima wa Dawidi se wiwe.
72 Atangura kubaragira nk’uko ugutungana kw’umutima wiwe kuri+,Atangura kubayobora akoresheje ubuhanga bw’amaboko yiwe+.
3 avuga ati: “Ndagusavye, ewe Yehova, ndakwinginze wibuke+ ingene nagendeye+ imbere yawe mu kuri+, mfise umutima ukwiye+, kandi ko nakoze ivyari vyiza mu maso yawe.” Nuko Hezekiya atangura kurira cane+.