Kuvayo 22:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Niwagurana amahera abantu banje, ukagurana umurushwa ari iruhande yawe+, ntuze umubere nk’uwuguranira kwunguka. Ntimuze mumwake inyungu+. Abalewi 25:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Ntumwake inyungu canke ngo umuce amaboko+, mugabo utegerezwa gutinya Imana yawe+; kandi mwene wanyu ategerezwa kuguma ari muzima kumwe nawe. Gusubira mu vyagezwe 23:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Ntuze urihishe mwene wanyu inyungu+: inyungu ku mahera, inyungu ku bifungurwa+, inyungu ku kintu ico ari co cose umuntu ashobora kwakako inyungu. Ezekiyeli 18:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 yabujije ukuboko kwiwe kugirira nabi umurushwa; ntiyaguraniye kwunguka+ kandi ntiyakiriye inyungu+; yashikije ingingo zanje z’ubutungane+; yagendeye mu vyagezwe vyanje+: uwo ntazopfa kubera ikosa rya se+. Ntazobura kubandanya kubaho+.
25 “Niwagurana amahera abantu banje, ukagurana umurushwa ari iruhande yawe+, ntuze umubere nk’uwuguranira kwunguka. Ntimuze mumwake inyungu+.
36 Ntumwake inyungu canke ngo umuce amaboko+, mugabo utegerezwa gutinya Imana yawe+; kandi mwene wanyu ategerezwa kuguma ari muzima kumwe nawe.
19 “Ntuze urihishe mwene wanyu inyungu+: inyungu ku mahera, inyungu ku bifungurwa+, inyungu ku kintu ico ari co cose umuntu ashobora kwakako inyungu.
17 yabujije ukuboko kwiwe kugirira nabi umurushwa; ntiyaguraniye kwunguka+ kandi ntiyakiriye inyungu+; yashikije ingingo zanje z’ubutungane+; yagendeye mu vyagezwe vyanje+: uwo ntazopfa kubera ikosa rya se+. Ntazobura kubandanya kubaho+.