Zaburi 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umviriza ijwi ry’ugutabaza kwanje+,Ewe Mwami wanje+ n’Imana yanje, kuko ari wewe nsenga+. Zaburi 55:1 Bibiliya y’isi nshasha 55 Ewe Mana, tega ugutwi isengesho ryanje+;Ntiwinyegeze ngo ntiwumve ugusaba ubutoni kwanje+. Daniyeli 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 None rero, Mana yacu, niwumvirize isengesho ry’umusavyi wawe n’ukwinginga kwiwe, utume mu maso hawe hakayanganira+ ku kibanza c’aheranda hawe hacitse umusaka+, bibe ku bwa Yehova.
17 None rero, Mana yacu, niwumvirize isengesho ry’umusavyi wawe n’ukwinginga kwiwe, utume mu maso hawe hakayanganira+ ku kibanza c’aheranda hawe hacitse umusaka+, bibe ku bwa Yehova.