Kuvayo 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Hanyuma muri iyo misi myinshi, umwami wa Misiri arateba arapfa+, mugabo bene Isirayeli babandanya kuniha kubera ubushumba no kurira bidoga+, kandi ugutabaza kwabo kwaguma kuduga ku Mana y’ukuri kubera nya bushumba+. 1 Samweli 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ejo nk’aya mango nzokurungikira umuntu wo mu gihugu ca Benyamini+; uze umurobanuze amavuta+ abe indongozi y’abantu banje Isirayeli. Ntazobura gukiza abantu banje abakure mu kuboko kw’Abafilisitiya+, kuko nabonye amarushwa y’abantu banje, kubera ko amaborogo yabo yanshikiriye+.” Zaburi 18:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mu marushwa yanje, naguma nambaza Yehova,Kandi Imana yanje naguma ndayitabaza+.Nuko yumva ijwi ryanje iri mu rusengero rwayo+,Ugutabaza kwanje imbere yayo kuraheza gushika mu matwi yayo+. Zaburi 145:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Icipfuzo c’abamutinya azogishitsa+,Kandi azokwumva ugutabaza kwabo, abakize+.
23 Hanyuma muri iyo misi myinshi, umwami wa Misiri arateba arapfa+, mugabo bene Isirayeli babandanya kuniha kubera ubushumba no kurira bidoga+, kandi ugutabaza kwabo kwaguma kuduga ku Mana y’ukuri kubera nya bushumba+.
16 “Ejo nk’aya mango nzokurungikira umuntu wo mu gihugu ca Benyamini+; uze umurobanuze amavuta+ abe indongozi y’abantu banje Isirayeli. Ntazobura gukiza abantu banje abakure mu kuboko kw’Abafilisitiya+, kuko nabonye amarushwa y’abantu banje, kubera ko amaborogo yabo yanshikiriye+.”
6 Mu marushwa yanje, naguma nambaza Yehova,Kandi Imana yanje naguma ndayitabaza+.Nuko yumva ijwi ryanje iri mu rusengero rwayo+,Ugutabaza kwanje imbere yayo kuraheza gushika mu matwi yayo+.