Yobu 19:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Amagufa yanje yumiye ku rukoba rwanje no ku nyama zanje+,Mpunganye urukoba rw’amenyo yanje. Imigani 17:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umutima unezerewe ugira neza nk’umuti uvūra+, mugabo umutima ukubititse wumisha amagufa+. Gucura intimba 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Basigaye birabura kurusha ubwirabure ubwabwo. Nta wabamenye mu mabarabara+.Urukoba rwabo rwakabiraniye ku magufa yabo+. Rusigaye rwumye nk’igiti.
8 Basigaye birabura kurusha ubwirabure ubwabwo. Nta wabamenye mu mabarabara+.Urukoba rwabo rwakabiraniye ku magufa yabo+. Rusigaye rwumye nk’igiti.