Yesaya 57:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko ntazonigana gushika igihe kitagira urugero, canke ngo ngume ndakaye ibihe vyose+; kuko impwemu ubwayo yoregera+ kubera jewe, egome, ibiremwa bihumeka jewe ubwanje nakoze+.
16 Kuko ntazonigana gushika igihe kitagira urugero, canke ngo ngume ndakaye ibihe vyose+; kuko impwemu ubwayo yoregera+ kubera jewe, egome, ibiremwa bihumeka jewe ubwanje nakoze+.