Yobu 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntazoba akigaruka ku nzu yiwe,Kandi iwe ntihazoba hakimumenya+. Yobu 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ijisho ryamurabutswe ntirizosubira kumubona+,Kandi ahiwe ntihazokwongera kumubona+.