Kuvayo 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubu rero nimwagamburuka vy’ukuri+ ijwi ryanje kandi mukagumya koko isezerano ryanje+, muzocika rero inyegu yanje idasanzwe mu bindi bisata vyose+, kuko isi yose ari rwanje+. Gusubira mu vyagezwe 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi urazi neza yuko Yehova Imana yawe ari we Mana y’ukuri+, Imana y’inyizigirwa+, agumya isezerano+ be n’ubuntu bwuzuye urukundo ku bijanye n’abamukunda be n’abagumya amabwirizwa yiwe gushika ku mayaruka igihumbi+, Zaburi 25:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Iminyuro ya Yehova yose ni ubuntu bwuzuye urukundo be n’ukuriKu bw’abubahiriza isezerano ryiwe+ n’ivyibutsa vyiwe+.
5 Ubu rero nimwagamburuka vy’ukuri+ ijwi ryanje kandi mukagumya koko isezerano ryanje+, muzocika rero inyegu yanje idasanzwe mu bindi bisata vyose+, kuko isi yose ari rwanje+.
9 Kandi urazi neza yuko Yehova Imana yawe ari we Mana y’ukuri+, Imana y’inyizigirwa+, agumya isezerano+ be n’ubuntu bwuzuye urukundo ku bijanye n’abamukunda be n’abagumya amabwirizwa yiwe gushika ku mayaruka igihumbi+,
10 Iminyuro ya Yehova yose ni ubuntu bwuzuye urukundo be n’ukuriKu bw’abubahiriza isezerano ryiwe+ n’ivyibutsa vyiwe+.