ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 30:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kugira ngo ubuninahazwa bwanje buguhibongoreze, ntibugume bucereje+.

      Ewe Yehova Mana yanje, nzoguhaya gushika igihe kitagira urugero+.

  • Zaburi 57:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Ikangure, ewe buninahazwa bwanje+!

      Ikangure, ewe gicurarangisho c’imirya; na wewe nyene, ewe nanga+!

      Nzokangura umutwenzi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika