Zaburi 21:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yagusavye ubuzima. Warabumuhaye+,Umuha ubwinshi bw’imisi gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+. Imigani 12:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mu munyuro w’ubugororotsi hari ubuzima+, kandi kugira urugendo mu kayira kabwo bisobanura ko ata rupfu+.
4 Yagusavye ubuzima. Warabumuhaye+,Umuha ubwinshi bw’imisi gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.
28 Mu munyuro w’ubugororotsi hari ubuzima+, kandi kugira urugendo mu kayira kabwo bisobanura ko ata rupfu+.