ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 4:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Maze ishavu rya Yehova rirurumbira Musa, avuga ati: “Aroni Umulewi si mwene wanyu+? Ndazi neza yuko ashoboye koko kuvuga. Kandi bisubiye, ehe ari mu nzira aza guhura nawe. Niyakubona, ntazobura kunezerwa mu mutima wiwe+.

  • Kuvayo 7:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Yehova rero abwira Musa ati: “Raba, nkugize Imana kuri Farawo+, Aroni mwene wanyu na we azoba umuhanuzi wawe+.

  • Kuvayo 28:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 “Nayo wewe, niwigize hafi yawe Aroni mwene wanyu n’abahungu biwe bari kumwe na we, ubakuye hagati muri bene Isirayeli, kugira ankorere bwa muherezi+: Aroni+ n’abahungu biwe, ari bo Nadabu na Abihu+, Eleyazari na Itamari+.

  • Guharura 17:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kandi ibi ni vyo bizoba: umugabo nzotora+, inkoni yiwe izonaga, kandi nzohwamika ata gukeka imyidodombo+ ya bene Isirayeli imveko, iyo bariko babidodombera+.”

  • 1 Samweli 12:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Samweli abandanya kubwira abantu ati: “Yehova ni icabona, we yakoresheje Musa na Aroni akaba ari na we yaduganye ba sogokuruza banyu abakuye mu gihugu ca Misiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika