Itanguriro 15:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo ihanga bazokorera nzoricira urubanza+, kandi inyuma y’ivyo bazosohoka bafise ibintu vyinshi+. Kuvayo 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umugore wese aze asabe umubanyi wiwe n’umugore abayeho ari kavamahanga mu nzu iwe, ibintu vy’ifeza n’ivy’inzahabu n’imitamana; muze muvyambike abahungu banyu n’abakobwa banyu, kandi mutegerezwa gukoba Abanyamisiri+.” Kuvayo 12:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nuko bene Isirayeli bagira nk’uko ijambo rya Musa ryavuze, basaba Abanyamisiri ibintu vy’ifeza n’ivy’inzahabu n’imitamana+.
14 Mugabo ihanga bazokorera nzoricira urubanza+, kandi inyuma y’ivyo bazosohoka bafise ibintu vyinshi+.
22 Umugore wese aze asabe umubanyi wiwe n’umugore abayeho ari kavamahanga mu nzu iwe, ibintu vy’ifeza n’ivy’inzahabu n’imitamana; muze muvyambike abahungu banyu n’abakobwa banyu, kandi mutegerezwa gukoba Abanyamisiri+.”
35 Nuko bene Isirayeli bagira nk’uko ijambo rya Musa ryavuze, basaba Abanyamisiri ibintu vy’ifeza n’ivy’inzahabu n’imitamana+.