Kuvayo 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ntukihingurire igishusho c’ikibazano canke ishusho imeze nk’ikintu ico ari co cose kiri mu majuru hejuru canke kw’isi hasi canke mu mazi munsi y’isi+. Abaroma 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 ubuninahazwa+ bwa ya Mana itabora babuhindura ikintu kimeze nk’ishusho+ y’umuntu abora n’iy’inyoni n’ibiremwa vy’amaguru ane n’ibikwega inda hasi+.
4 “Ntukihingurire igishusho c’ikibazano canke ishusho imeze nk’ikintu ico ari co cose kiri mu majuru hejuru canke kw’isi hasi canke mu mazi munsi y’isi+.
23 ubuninahazwa+ bwa ya Mana itabora babuhindura ikintu kimeze nk’ishusho+ y’umuntu abora n’iy’inyoni n’ibiremwa vy’amaguru ane n’ibikwega inda hasi+.