Ezekiyeli 22:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 “‘Nagumye ndondera muri bo uwusanasana uruhome rw’amabuye+, agahagarara mu gihengeri+ imbere yanje ku neza y’igihugu, kugira ngo sindagihonye+; ariko narabuze n’umwe.
30 “‘Nagumye ndondera muri bo uwusanasana uruhome rw’amabuye+, agahagarara mu gihengeri+ imbere yanje ku neza y’igihugu, kugira ngo sindagihonye+; ariko narabuze n’umwe.