Guharura 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amaherezo Yehova abwira Musa ati: “Aba bantu bazogeza ryari+ kutanyubaha+, kandi bazogeza ryari kutanyizera uravye ibimenyetso vyose nakoreye muri bo+? Abaheburayo 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Turabona rero ko batashoboye kwinjira kubera ukutizera+.
11 Amaherezo Yehova abwira Musa ati: “Aba bantu bazogeza ryari+ kutanyubaha+, kandi bazogeza ryari kutanyizera uravye ibimenyetso vyose nakoreye muri bo+?