Kuvayo 34:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ntuzobura rero gutora bamwe mu bakobwa babo ukabashingira ku bahungu bawe+, kandi abakobwa babo ntibazobura gushurashurana n’imana zabo, bagatuma abahungu bawe bashurashurana n’imana zabo+. Abalewi 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntibakwiye rero kwongera gushikanira ibimazi vyabo ya madayimoni* asa n’impene+, ayo bashurashurana+. Ico kizobabera icagezwe gushika igihe kitagira urugero, mu mayaruka yanyu yose.”’ Guharura 15:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 ‘Kaze kababere umubari w’ubuyonga, namwe muzokabona maze mwibuke amabwirizwa+ ya Yehova yose hanyuma muyashitse, kandi ntimuze mukurikire imitima yanyu n’amaso yanyu+, ivyo muriko murakurikira mu bushurashuzi+. Yeremiya 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ubumaraya bwiwe bwatumwe n’uko adafatana ibintu uburemere, kandi yagumye ahumanya igihugu+ yongera asambana n’amabuye be n’ibiti+; Ezekiyeli 20:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 “Bwira rero inzu ya Isirayeli uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Mbega ntimuriko mwihumanishiriza mu nzira ya ba sogokuruza banyu+, mugakurikira ibintu vyabo bisesemye ngo mushurashure na vyo+?
16 Ntuzobura rero gutora bamwe mu bakobwa babo ukabashingira ku bahungu bawe+, kandi abakobwa babo ntibazobura gushurashurana n’imana zabo, bagatuma abahungu bawe bashurashurana n’imana zabo+.
7 Ntibakwiye rero kwongera gushikanira ibimazi vyabo ya madayimoni* asa n’impene+, ayo bashurashurana+. Ico kizobabera icagezwe gushika igihe kitagira urugero, mu mayaruka yanyu yose.”’
39 ‘Kaze kababere umubari w’ubuyonga, namwe muzokabona maze mwibuke amabwirizwa+ ya Yehova yose hanyuma muyashitse, kandi ntimuze mukurikire imitima yanyu n’amaso yanyu+, ivyo muriko murakurikira mu bushurashuzi+.
9 Ubumaraya bwiwe bwatumwe n’uko adafatana ibintu uburemere, kandi yagumye ahumanya igihugu+ yongera asambana n’amabuye be n’ibiti+;
30 “Bwira rero inzu ya Isirayeli uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Mbega ntimuriko mwihumanishiriza mu nzira ya ba sogokuruza banyu+, mugakurikira ibintu vyabo bisesemye ngo mushurashure na vyo+?