ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Bene Isirayeli batangura rero kuririra Yehova+, kuko Yabini yari afise imikogote y’intambara amajana icenda ifise ibikeruzo vy’icuma+, kandi ubwiwe akaba yari amaze imyaka mirongo ibiri ahahaza bene Isirayeli+ bimwe bibi.

  • Abacamanza 6:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Isirayeli isigara yifumbereje bimwe bibi kubera Midiyani; maze bene Isirayeli batangura gutabaza Yehova+.

  • Abacamanza 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Bene Isirayeli batangura rero gutabaza Yehova+, bati: “Twaragucumuyeko+, kuko twahevye Imana yacu tukaba dukorera za Bayali+.”

  • 2 Ngoma 33:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ivyo bikimara kumushira mu marushwa+, atakambira* Yehova Imana yiwe+ kandi aguma yicisha bugufi+ cane imbere y’Imana ya ba sekuruza biwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika