1 Samweli 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntimuvuge menshi mubigiranye ubwibone bwinshi gutyo,Ntihagire ikintu akanwa kanyu kavugana ugushirukanya+,Kuko Yehova ari Imana y’ubumenyi+,Kandi ibikorwa arabigera ata karenganyo+. Zaburi 31:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Iminwa y’ikinyoma nizibe+,Imwe ivuga nabi umugororotsi+, ikavuga ishirukanya n’ubwibone n’agakengerwe+. Zaburi 73:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Akanwa kabo bagashize mu majuru+,Ururimi rwabo na rwo rugendagenda mw’isi+.
3 Ntimuvuge menshi mubigiranye ubwibone bwinshi gutyo,Ntihagire ikintu akanwa kanyu kavugana ugushirukanya+,Kuko Yehova ari Imana y’ubumenyi+,Kandi ibikorwa arabigera ata karenganyo+.
18 Iminwa y’ikinyoma nizibe+,Imwe ivuga nabi umugororotsi+, ikavuga ishirukanya n’ubwibone n’agakengerwe+.