2 Abami 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 kuko ibi ari vyo Yehova avuze: “Ntimuzobona umuyaga, kandi ntimuzobona imvura y’isegenya; yamara uwu mwonga uzokwuzura amazi+, namwe muzonywa kuri wo ata gukeka+, mwebwe n’ibitungwa vyanyu n’ibikoko vy’ibitungano vyanyu.”’
17 kuko ibi ari vyo Yehova avuze: “Ntimuzobona umuyaga, kandi ntimuzobona imvura y’isegenya; yamara uwu mwonga uzokwuzura amazi+, namwe muzonywa kuri wo ata gukeka+, mwebwe n’ibitungwa vyanyu n’ibikoko vy’ibitungano vyanyu.”’