Zaburi 146:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umwe ashitsa urubanza ku bw’abagunzwe+,Umwe aha umukate abashonje+.Yehova arabohora ababoshwe+. Luka 1:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 yahagije ivyiza abashonje+, abari bafise ubutunzi na bo abarungika imbokoboko+.