ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 6:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ibi ni vyo vyaba: Iyo Isirayeli ibivye imbuto+, Midiyani na Amaleki+ n’Abanyabuseruko+ baca baduga kubatera.

  • 2 Abami 10:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Muri iyo misi Yehova atangura guhimbura Isirayeli igihimba ku kindi; nuko Hazayeli+ aguma abasasika mu karere kose ka Isirayeli,

  • 2 Abami 13:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko ata bantu yari yarasigarije Yehowahazi atari abagendera ku mafarasi mirongo itanu n’imikogote cumi n’abagabo ibihumbi cumi bari ku maguru+, kubera yuko umwami wa Siriya yari yarabaranduye+, kugira ngo abagire nk’umukungugu wo ku mbuga y’ikubitiro+.

  • 2 Ngoma 15:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Muri ivyo bihe nta mahoro yariho ku wasohoka canke ku winjira+, kuko hari imivurungano myinshi mu baba muri ivyo bihugu bose+.

  • Yeremiya 51:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 “Nebukadirezari umwami wa Babiloni yarandokeje+; yantaye mu muvurungano. Yangize nk’icombo kigaragara. Yaramize miyonzwa nk’ikiyoka kinini+; yujuje inda yiwe ibintu vyanje bihimbaye. Yaranyugunyuje.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika