Zaburi 71:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nanje, nzoguhaya ku gicurarangisho c’imirya+,Ku biraba ukuri kwawe, ewe Mana yanje+!Nzoguhibongoreza ku nanga, ewe Mweranda wa Isirayeli+!
22 Nanje, nzoguhaya ku gicurarangisho c’imirya+,Ku biraba ukuri kwawe, ewe Mana yanje+!Nzoguhibongoreza ku nanga, ewe Mweranda wa Isirayeli+!