2 Samweli 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ibi ni vyo Shimeyi yavuga uko yahamagarira akabi ku mwami: “Sohoka, sohoka, wa mugabo yagirwa n’amaraso+ kandi w’imburakimazi+! Hoseya 11:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Efurayimu yankikuje ukubesha+, inzu ya Isirayeli na yo inkikuza ubuhendanyi. Mugabo Yuda aracagendana n’Imana+, kandi ni umwizigirwa kuri wa Mweranda Rwose.”
7 Ibi ni vyo Shimeyi yavuga uko yahamagarira akabi ku mwami: “Sohoka, sohoka, wa mugabo yagirwa n’amaraso+ kandi w’imburakimazi+!
12 “Efurayimu yankikuje ukubesha+, inzu ya Isirayeli na yo inkikuza ubuhendanyi. Mugabo Yuda aracagendana n’Imana+, kandi ni umwizigirwa kuri wa Mweranda Rwose.”