2 Samweli 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Vyongeye, igihe Abusalomu yashikana ibimazi, atuma kurondera Ahitofeli+ Umugilo+, umujanama wa Dawidi+, mu gisagara ciwe Gilo+. Uwo mugambi mubi+ uguma urushiriza gukomera, abantu babandanya kugwirirana+ kuri Abusalomu. Zaburi 35:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko banyegeje icobo gishasheko urusenga ngo ndakigwemwo, ata gituma+;Bacimbiye ubuzima bwanje ata gituma+. Zaburi 69:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Abanyankira ubusa babaye benshi mbere kuruta n’umushatsi wo ku mutwe wanje+.Abarondera kunumya, bakaba ari abansi banje ata mvo, babaye benshi+.Ico ntari natwaye ku bwambuzi, naciye ndagisubiza. Yohani 15:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ariko ni ukugira ijambo ryanditswe mw’Itegeko ryabo riranguke, irivuga ngo: ‘Banyankiye ubusa+.’
12 Vyongeye, igihe Abusalomu yashikana ibimazi, atuma kurondera Ahitofeli+ Umugilo+, umujanama wa Dawidi+, mu gisagara ciwe Gilo+. Uwo mugambi mubi+ uguma urushiriza gukomera, abantu babandanya kugwirirana+ kuri Abusalomu.
7 Kuko banyegeje icobo gishasheko urusenga ngo ndakigwemwo, ata gituma+;Bacimbiye ubuzima bwanje ata gituma+.
4 Abanyankira ubusa babaye benshi mbere kuruta n’umushatsi wo ku mutwe wanje+.Abarondera kunumya, bakaba ari abansi banje ata mvo, babaye benshi+.Ico ntari natwaye ku bwambuzi, naciye ndagisubiza.