Kuvayo 12:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Hanyuma ya myaka amajana ane na mirongo itatu iheze, mbere kuri uyo musi nyene, ingabo za Yehova zose ziva mu gihugu ca Misiri+. Kuvayo 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Musa abandanya kubwira abantu ati: “Hazoze haribukwa uyu musi muviriyeko mu Misiri+, mu nzu y’abashumba, kuko biciye ku nkomezi z’ukuboko ari ho Yehova abakuye ng’aha+. Nta kintu cambiwe rero gishobora kuribwa+.
41 Hanyuma ya myaka amajana ane na mirongo itatu iheze, mbere kuri uyo musi nyene, ingabo za Yehova zose ziva mu gihugu ca Misiri+.
3 Musa abandanya kubwira abantu ati: “Hazoze haribukwa uyu musi muviriyeko mu Misiri+, mu nzu y’abashumba, kuko biciye ku nkomezi z’ukuboko ari ho Yehova abakuye ng’aha+. Nta kintu cambiwe rero gishobora kuribwa+.