Itanguriro 49:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+. Zaburi 76:1 Bibiliya y’isi nshasha 76 Imana irazwi muri Yuda+;Muri Isirayeli izina ryayo rirakomeye+. Zaburi 78:68 Bibiliya y’isi nshasha 68 Mugabo atora umuryango wa Yuda+,Umusozi Siyoni, uwo yakunze+.
10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+.