ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 6:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kandi ata gukeka nzobazana kuri jewe mube abantu banje+, nanje nzobabera Imana koko+; kandi muzomenya vy’ukuri yuko jewe ndi Yehova Imana yanyu ariko arabakura munsi y’imizigo ya Misiri+.

  • Kuvayo 19:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi ubwanyu muzombera ubwami bw’abaherezi n’ihanga ryeranda+.’ Ayo ni yo majambo ubwirizwa kubwira bene Isirayeli.”

  • Kuvayo 25:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi bategerezwa kunyubakira aheranda, kuko ntegerezwa gucumbika hagati muri bo+.

  • Kuvayo 29:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 Nzocumbika hagati ya bene Isirayeli, mbe Imana yabo+.

  • Gusubira mu vyagezwe 27:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Maze Musa n’abaherezi, Abalewi, babwira Isirayeli yose bati: “Cereza wumvirize, ewe Isirayeli. Uyu musi ucitse igisata ca Yehova Imana yawe+.

  • Gusubira mu vyagezwe 32:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Kuko umuturi wa Yehova ari abantu biwe+;

      Yakobo ni we mugabane atorana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika