Mika 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ndabinginze mwumve ivyo Yehova avuga+. Haguruka uburanire imbere y’imisozi, kandi imirambi niyumve ijwi ryawe+. Nahumu 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Imisozi iratigise kubera we, n’imirambi irashonze+. Isi izosebagirika kubera mu maso hiwe; n’ubutaka bwimbuka buzosebagirika, be n’ababa kuri bwo bose+.
6 Ndabinginze mwumve ivyo Yehova avuga+. Haguruka uburanire imbere y’imisozi, kandi imirambi niyumve ijwi ryawe+.
5 Imisozi iratigise kubera we, n’imirambi irashonze+. Isi izosebagirika kubera mu maso hiwe; n’ubutaka bwimbuka buzosebagirika, be n’ababa kuri bwo bose+.