1 Ngoma 16:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nimugire ububabare bukaze kubera we, yemwe abo kw’isi mwese!N’ubutaka bwimbuka burashimangiwe:Ntibuzokwigera bunyiganyizwa+. Yobu 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ituma isi inyiganyiga ikava mu kibanza cayo,Ku buryo inkingi zayo+ zihinda agashitsi. Zaburi 77:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ijwi ry’umuturagaro wawe ryari rimeze nk’amakurudumu y’umukogote+;Imiravyo yabonesheje ubutaka bwimbuka+;Isi yahinze agashitsi, itangura gutigita+. Zaburi 97:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Imiravyo yiwe yabonesheje ubutaka bwimbuka+;Isi yarabibonye, igira ububabare bukaze+.
30 Nimugire ububabare bukaze kubera we, yemwe abo kw’isi mwese!N’ubutaka bwimbuka burashimangiwe:Ntibuzokwigera bunyiganyizwa+.
18 Ijwi ry’umuturagaro wawe ryari rimeze nk’amakurudumu y’umukogote+;Imiravyo yabonesheje ubutaka bwimbuka+;Isi yahinze agashitsi, itangura gutigita+.