Gusubira mu vyagezwe 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 uwagucishije muri ka gahinga kanini kandi gateye ubwoba+, karimwo inzoka z’ubumara+ n’utumina, karimwo n’ubutaka bugadutse, butagira amazi; uwagukuriye amazi mu gitandara c’isare+; Nehemiya 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Wabahaye umukate uvuye mw’ijuru wo kubamara inzara+, ubakurira n’amazi mu rutare yo kubamara inyota+; hanyuma ubabwira kwinjira+ bakigarurira igihugu wari waradugije ukuboko ukarahira yuko uzokibaha+. 1 Abakorinto 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kandi bose banyoye ikinyobwa c’impwemu kimwe+. Kuko banywa ku gitandara c’impwemu+ cabakurikira, ico gitandara+ kikaba cagereranya Kristu+.
15 uwagucishije muri ka gahinga kanini kandi gateye ubwoba+, karimwo inzoka z’ubumara+ n’utumina, karimwo n’ubutaka bugadutse, butagira amazi; uwagukuriye amazi mu gitandara c’isare+;
15 Wabahaye umukate uvuye mw’ijuru wo kubamara inzara+, ubakurira n’amazi mu rutare yo kubamara inyota+; hanyuma ubabwira kwinjira+ bakigarurira igihugu wari waradugije ukuboko ukarahira yuko uzokibaha+.
4 kandi bose banyoye ikinyobwa c’impwemu kimwe+. Kuko banywa ku gitandara c’impwemu+ cabakurikira, ico gitandara+ kikaba cagereranya Kristu+.