Kuvayo 32:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kubera iki Abanyamisiri+ bokwirirwa baravuga ngo: ‘Yabakuyeyo mu ntumbero mbi kugira abicire mu misozi no kugira abatikize ku buringanire bw’ubutaka+’? Hindukira, ureke ishavu ryawe rirurumba+, wicuze+ ku nabi wagira ukorere abantu bawe. Guharura 14:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hamwe wokwica aba bantu nk’umuntu umwe+, amahanga yumvise ingene uri rurangiranwa ntiyobura kuvuga ngo: Gusubira mu vyagezwe 32:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Iyo ntatinya umwikomo noterwa n’umwansi+,Ngo abarwanizi babo bahave babitahura ukutari kwo+,Ngo bavuge ngo: “Ukuboko kwacu ni kwo kwatsinze+,Kandi si Yehova yakoze ivyo vyose+.”
12 Kubera iki Abanyamisiri+ bokwirirwa baravuga ngo: ‘Yabakuyeyo mu ntumbero mbi kugira abicire mu misozi no kugira abatikize ku buringanire bw’ubutaka+’? Hindukira, ureke ishavu ryawe rirurumba+, wicuze+ ku nabi wagira ukorere abantu bawe.
15 Hamwe wokwica aba bantu nk’umuntu umwe+, amahanga yumvise ingene uri rurangiranwa ntiyobura kuvuga ngo:
27 Iyo ntatinya umwikomo noterwa n’umwansi+,Ngo abarwanizi babo bahave babitahura ukutari kwo+,Ngo bavuge ngo: “Ukuboko kwacu ni kwo kwatsinze+,Kandi si Yehova yakoze ivyo vyose+.”