ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 22:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Yemwe abatinya Yehova, nimumushemeze+!

      Yemwe ruvyaro rwa Yakobo mwese, nimumuninahaze+!

      Kandi mumugirire ubwoba, yemwe ruvyaro rwa Isirayeli mwese+.

  • Ivyahishuwe 19:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Vyongeye, ijwi riva kuri ya ntebe y’ubwami rivuga riti: “Nimushemeze Imana yacu, mwebwe mwese abashumba bayo+ bayitinya, abato n’abahambaye+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika