ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 12:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nuko impwemu+ itwikira Amasayi umukuru wa bamwe mirongo itatu, avuga ati:

      “Turi abawe, ewe Dawidi, kandi turi kumwe nawe+, ewe mwene Yese.

      Amahoro, amahoro abe kuri wewe, kandi amahoro abe ku wugutabara,

      Kuko Imana yawe yagutabaye+.”

      Nuko Dawidi arabakira maze abashira mu bakuru b’abasirikare+.

  • Zaburi 54:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Raba! Imana ni yo mufasha wanje+;

      Yehova ari mu bashigikiye ubuzima bwanje.

  • Matayo 26:53
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 53 Canke wiyumvira yuko ntoshobora gutakambira Dawe ngo andonse ubu nyene legiyoni* z’abamarayika zirenga cumi na zibiri+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika