Yesaya 30:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 abafata inzira ngo bamanuke mu Misiri+ kandi batasiguje akanwa kanje+, ngo bikinge igihome gikomeye ca Farawo no kugira ngo bahungire mu gitutu ca Misiri+! Ezekiyeli 29:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Barakwifadikije n’ukuboko, urajanjagurika+, ubasatura igitugu cose. Ngo bakwishimikize na ho, uravunika+, utuma amafyinga yabo yose anyoganyoga+.”
2 abafata inzira ngo bamanuke mu Misiri+ kandi batasiguje akanwa kanje+, ngo bikinge igihome gikomeye ca Farawo no kugira ngo bahungire mu gitutu ca Misiri+!
7 Barakwifadikije n’ukuboko, urajanjagurika+, ubasatura igitugu cose. Ngo bakwishimikize na ho, uravunika+, utuma amafyinga yabo yose anyoganyoga+.”