Gusubira mu vyagezwe 1:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Maze Abamori baba kuri nya musozi barasohoka guhura namwe, barabakinagiza+, nka kurya nyene inzuki zigira, barabashwiragiza i Seyiri gushika i Horuma+.
44 Maze Abamori baba kuri nya musozi barasohoka guhura namwe, barabakinagiza+, nka kurya nyene inzuki zigira, barabashwiragiza i Seyiri gushika i Horuma+.