Zaburi 24:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni uwo wese w’intungane mu biganza vyiwe kandi adahumanye mu mutima wiwe+,Atatwaye ubuzima bwanje* mu bitagira mvura+,Canke ngo arahire ahendana+. Yesaya 35:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ng’aho hazoba inzira y’ikirari+, emwe, inzira; izokwitwa Inzira y’Ubweranda+. Uwuhumanye ntazoyicamwo+. Izoba iy’uwugendera muri nya nzira, kandi nta bipfu bizoyiyereramwo.
4 Ni uwo wese w’intungane mu biganza vyiwe kandi adahumanye mu mutima wiwe+,Atatwaye ubuzima bwanje* mu bitagira mvura+,Canke ngo arahire ahendana+.
8 Kandi ng’aho hazoba inzira y’ikirari+, emwe, inzira; izokwitwa Inzira y’Ubweranda+. Uwuhumanye ntazoyicamwo+. Izoba iy’uwugendera muri nya nzira, kandi nta bipfu bizoyiyereramwo.