ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 8:66
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 66 Ku musi ugira umunani arungika abantu+; nuko batangura guhezagira umwami maze baja i muhira iwabo, banezerewe+ kandi baryohewe mu mutima+ kubera ineza+ yose Yehova yari yaragiriye Dawidi umusavyi wiwe na Isirayeli abantu biwe.

  • Esiteri 8:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ku Bayuda haba umuco n’umunezero+ n’umwigino n’iteka.

  • Yohani 16:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Na mwebwe rero, ubu koko muri n’intuntu; mugabo nzokwongera kubabona kandi imitima yanyu izonezerwa+, kandi akanyamuneza kanyu nta n’umwe azokabaka.

  • Ivyakozwe 5:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Abo rero baragenda bava imbere y’Inama Nkuru, banezerewe+ kubera ko bari babonywe ko babereye guteterezwa ku bw’iryo zina+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika