Yosuwa 22:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Nyenubumana+, Imana+ Yehova, Nyenubumana, Imana Yehova+, arabizi+, na Isirayeli na yo nyene izobimenya+. Niba twabitumwe n’ubugarariji+ kandi nimba twabitumwe n’uguhemukira Yehova+, ntudukize uyu musi. Zaburi 50:1 Bibiliya y’isi nshasha 50 Nyenubumana+, Imana, Yehova+, ubwiwe aravuze+,Atangura guhamagara isi+,Kuva iyo izuba rirasira gushika iyo rirengera+. Yesaya 46:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nimwibuke ivya mbere vya kera+, yuko ari je ndi Nyenubumana+ kandi ko ata yindi Mana iriho+, canke uwumeze nkanje+;
22 “Nyenubumana+, Imana+ Yehova, Nyenubumana, Imana Yehova+, arabizi+, na Isirayeli na yo nyene izobimenya+. Niba twabitumwe n’ubugarariji+ kandi nimba twabitumwe n’uguhemukira Yehova+, ntudukize uyu musi.
50 Nyenubumana+, Imana, Yehova+, ubwiwe aravuze+,Atangura guhamagara isi+,Kuva iyo izuba rirasira gushika iyo rirengera+.
9 Nimwibuke ivya mbere vya kera+, yuko ari je ndi Nyenubumana+ kandi ko ata yindi Mana iriho+, canke uwumeze nkanje+;